Yesaya 41:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Uzobigosora+, kandi umuyaga uzobikukumura+, kandi ikirura c’umuyaga kizobigurura mu nzira zitandukanye+. Kandi wewe ubwawe uzonezerwa muri Yehova+. Uzokwirata muri wa Mweranda wa Isirayeli+.” Luka 3:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Ikiyozo ciwe co kugosoza kiri mu kuboko kwiwe kugira ngo asukure imbuga yiwe y’ikubitiro ayinoze no kugira ngo yegeranirize+ ingano mu kigega ciwe, mugabo umuguruka+ azowuturiza umuriro+ udashobora kuzima.” 1 Abakorinto 3:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 igikorwa c’umwe wese kizoja ahabona, kuko wa musi uzocerekana, kubera ko kizohishurwa biciye ku muriro+; kandi uwo muriro nyene uzokwerekana ubwoko bw’igikorwa c’umwe wese.
16 Uzobigosora+, kandi umuyaga uzobikukumura+, kandi ikirura c’umuyaga kizobigurura mu nzira zitandukanye+. Kandi wewe ubwawe uzonezerwa muri Yehova+. Uzokwirata muri wa Mweranda wa Isirayeli+.”
17 Ikiyozo ciwe co kugosoza kiri mu kuboko kwiwe kugira ngo asukure imbuga yiwe y’ikubitiro ayinoze no kugira ngo yegeranirize+ ingano mu kigega ciwe, mugabo umuguruka+ azowuturiza umuriro+ udashobora kuzima.”
13 igikorwa c’umwe wese kizoja ahabona, kuko wa musi uzocerekana, kubera ko kizohishurwa biciye ku muriro+; kandi uwo muriro nyene uzokwerekana ubwoko bw’igikorwa c’umwe wese.