Yeremiya 25:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Emwe, iki gihugu cose kizocika ahantu hatikijwe, akajoreza, kandi ayo mahanga azobwirizwa gukorera umwami wa Babiloni imyaka mirongo irindwi+.”’
11 Emwe, iki gihugu cose kizocika ahantu hatikijwe, akajoreza, kandi ayo mahanga azobwirizwa gukorera umwami wa Babiloni imyaka mirongo irindwi+.”’