ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 1:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Raba ngushinze igikorwa uyu musi co kuba hejuru y’amahanga no hejuru y’ubwami+, kugira ngo urandure, usiturire hasi, utikize, usambure+, wubake kandi uteragire+.”

  • Yeremiya 30:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Ibi ni vyo Yehova avuze: “Ehe ngira nkoranye abo mu mahema ya Yakobo+ bagizwe imbohe, kandi nzokwumvira ikigongwe amataberenakulo yiwe. Igisagara kizosubira kwubakwa koko ku kidunduri caco+; kandi umunara wo kubamwo uzoba mu kibanza cawo ufitiye uburenganzira+.

  • Yeremiya 32:41
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 41 Nzokwigina ku bijanye na bo kugira ngo ndabagirire iciza+, kandi nzobateragira muri iki gihugu+ mu kuri, n’umutima wanje wose be n’inkomezi zanje zose.’”

  • Yeremiya 33:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Nzogarukana abagizwe imbohe ba Yuda n’abagizwe imbohe ba Isirayeli+, kandi nzobubaka nko mu ntango+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika