Abalewi 26:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Namwe nzobasanzaza mu mahanga+, kandi nzosokora inkota mu rwubati inyuma yanyu+. Igihugu canyu kizotegerezwa gucika umusaka+, ibisagara vyanyu na vyo bicike ibihomvagurike. Yeremiya 9:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 nzobasanzariza mu mahanga bo ubwabo canke ba se batamenye+, kandi nzorungika inkota inyuma yabo gushika ndabatikije+.’
33 Namwe nzobasanzaza mu mahanga+, kandi nzosokora inkota mu rwubati inyuma yanyu+. Igihugu canyu kizotegerezwa gucika umusaka+, ibisagara vyanyu na vyo bicike ibihomvagurike.
16 nzobasanzariza mu mahanga bo ubwabo canke ba se batamenye+, kandi nzorungika inkota inyuma yabo gushika ndabatikije+.’