Yesaya 21:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ijambo ryamenyeshejwe ku bijanye n’ikiyaya c’ubugaragwa: Mu kibira, mu kiyaya c’ubugaragwa, ni ho muzorara, mwa migwi y’ingenzi y’abantu b’i Dedani+! Yeremiya 49:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nimuhunge+! Nimusubire inyuma! Nimumanuke ibwina mubeyo+, yemwe ababa i Dedani+! Kuko nzomuzanako icago ca Esawu, igihe nzokwitaho ivyiwe+. Ezekiyeli 25:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 ibi rero ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Nanje nzoramvurira ukuboko kwanje kuri Edomu+, ndaharandure icitwa umuntu n’igitungwa+, ndahagire ikibanza catikijwe kuva i Temani+ gushika n’i Dedani+. Bazogwishwa n’inkota.
13 Ijambo ryamenyeshejwe ku bijanye n’ikiyaya c’ubugaragwa: Mu kibira, mu kiyaya c’ubugaragwa, ni ho muzorara, mwa migwi y’ingenzi y’abantu b’i Dedani+!
8 Nimuhunge+! Nimusubire inyuma! Nimumanuke ibwina mubeyo+, yemwe ababa i Dedani+! Kuko nzomuzanako icago ca Esawu, igihe nzokwitaho ivyiwe+.
13 ibi rero ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Nanje nzoramvurira ukuboko kwanje kuri Edomu+, ndaharandure icitwa umuntu n’igitungwa+, ndahagire ikibanza catikijwe kuva i Temani+ gushika n’i Dedani+. Bazogwishwa n’inkota.