Zaburi 78:60 Bibiliya y’isi nshasha 60 Amaherezo iheba itaberenakulo y’i Shilo+,Ihema yabayemwo hagati mu bantu bakuwe mw’ivu+. Yeremiya 7:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 “‘Ariko rero, nimugende ku kibanza canje cari i Shilo+, aho nabanje gutuma izina ryanje riba+, murabe ivyo nahagiriye kubera ububi bw’igisata canje Isirayeli+.
12 “‘Ariko rero, nimugende ku kibanza canje cari i Shilo+, aho nabanje gutuma izina ryanje riba+, murabe ivyo nahagiriye kubera ububi bw’igisata canje Isirayeli+.