Yeremiya 18:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Mbega ineza yokwishurwa inabi+? Kuko bimbiye icobo ubuzima bwanje+. Niwibuke ko nahagaze imbere yawe kugira ngo mvuge iciza ku biberekeye, ngo nsubize inyuma ubushangashirwe bwawe bubaveko+. Matayo 26:66 Bibiliya y’isi nshasha 66 Muvyibazako iki?” Basubizayo bati: “Akwiriye gupfa+.”
20 Mbega ineza yokwishurwa inabi+? Kuko bimbiye icobo ubuzima bwanje+. Niwibuke ko nahagaze imbere yawe kugira ngo mvuge iciza ku biberekeye, ngo nsubize inyuma ubushangashirwe bwawe bubaveko+.