Yeremiya 1:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 “Nayo wewe, ukenyere mu mafyinga+, maze uhaguruke, ubabwire ibintu vyose ngutegeka. Ntucike ivutu kubera bo+, kugira ngo simpave ndaguca ivutu imbere yabo.
17 “Nayo wewe, ukenyere mu mafyinga+, maze uhaguruke, ubabwire ibintu vyose ngutegeka. Ntucike ivutu kubera bo+, kugira ngo simpave ndaguca ivutu imbere yabo.