Yosuwa 9:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Ubu rero ehe turi mu kuboko kwawe. Nugire uko ubona ko ari vyiza kandi bibereye mu maso yawe kutugirira+.” Yeremiya 38:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Umwami Zedekiya avuga rero ati: “Ehe ari mu maboko yanyu! Kuko ata kintu na kimwe umwami ashobora kubabuza+.”
25 Ubu rero ehe turi mu kuboko kwawe. Nugire uko ubona ko ari vyiza kandi bibereye mu maso yawe kutugirira+.”
5 Umwami Zedekiya avuga rero ati: “Ehe ari mu maboko yanyu! Kuko ata kintu na kimwe umwami ashobora kubabuza+.”