Ivyakozwe 5:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Mugabo umuntu umwe arahaguruka mu Nama Nkuru, akaba yari Umufarizayo* yitwa Gamaliyeli+, umwigisha w’Itegeko yubahwa n’abantu bose, ategeka ko basohora abo bantu akanya gatoyi+.
34 Mugabo umuntu umwe arahaguruka mu Nama Nkuru, akaba yari Umufarizayo* yitwa Gamaliyeli+, umwigisha w’Itegeko yubahwa n’abantu bose, ategeka ko basohora abo bantu akanya gatoyi+.