ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 25:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Edomu+ na Mowabu+ na bene Amoni+;

  • Yeremiya 49:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 49 Ku vya bene Amoni+, ibi ni vyo Yehova avuze: “Mbega Isirayeli nta bahungu afise, canke nta samuragwa afise? Kubera iki Malikamu+ yigaruriye Gadi+, abantu bayo na bo bakaba mu bisagara vya Isirayeli+?”

  • Ezekiyeli 25:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 “Mwana w’umuntu, erekeza mu maso hawe kuri bene Amoni, uvuge ubuhanuzi bubagiriza+.

  • Amosi 1:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 “Ibi ni vyo Yehova avuze: ‘“Kubera imigararizo itatu ya bene Amoni+, kandi kubera ine, sinzobisubiza inyuma+, kuko bafomoje abagore bibungenze b’i Gileyadi, mu ntumbero yo kwiyagurira akarere+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika