Yeremiya 25:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Kuko na bo nyene, amahanga menshi n’abami bahambaye+, babakoresheje nk’abasuku+; kandi nzobishura nk’uko igikorwa cabo kiri, nk’uko igikorwa c’amaboko yabo kiri+.’” Yeremiya 51:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 “Nimusene imyampi+. Nimwuzuze inkinzo z’umuzingi. Yehova yakabuye impwemu y’abami b’Abamedi+, kuko iciyumviro ciwe ari ico kugirira nabi Babiloni+, kugira ngo amuhonye. Kuko ari ukwihōra kwa Yehova, ukwihōra kubera urusengero rwiwe+.
14 Kuko na bo nyene, amahanga menshi n’abami bahambaye+, babakoresheje nk’abasuku+; kandi nzobishura nk’uko igikorwa cabo kiri, nk’uko igikorwa c’amaboko yabo kiri+.’”
11 “Nimusene imyampi+. Nimwuzuze inkinzo z’umuzingi. Yehova yakabuye impwemu y’abami b’Abamedi+, kuko iciyumviro ciwe ari ico kugirira nabi Babiloni+, kugira ngo amuhonye. Kuko ari ukwihōra kwa Yehova, ukwihōra kubera urusengero rwiwe+.