Yeremiya 28:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Mu myaka ibiri yuzuye ngiye kugarukana aha hantu ibikoresho vyose vyo mu nzu ya Yehova Nebukadinezari umwami wa Babiloni+ yakuye aha hantu akabijana i Babiloni.’”
3 Mu myaka ibiri yuzuye ngiye kugarukana aha hantu ibikoresho vyose vyo mu nzu ya Yehova Nebukadinezari umwami wa Babiloni+ yakuye aha hantu akabijana i Babiloni.’”