Zaburi 10:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Kubera iki umubisha yagaye Imana+?Yavuze mu mutima wiwe ngo: “Ntuzogira ico ubaza+.” Yeremiya 27:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Ibi ni vyo Yehova ambwiye: ‘Niwihingurire imizana n’imitambikwa y’ingǒgo+, hanyuma ubishire kw’izosi ryawe+.
2 “Ibi ni vyo Yehova ambwiye: ‘Niwihingurire imizana n’imitambikwa y’ingǒgo+, hanyuma ubishire kw’izosi ryawe+.