Yeremiya 28:1 Bibiliya y’isi nshasha 28 Maze muri uwo mwaka, mu ntango y’ubwami bwa Zedekiya+ umwami wa Yuda, mu mwaka ugira kane, mu kwezi kugira gatanu, Hananiya+ mwene Azuri, umuhanuzi yava i Gibeyoni+, ambwirira mu nzu ya Yehova mu maso y’abaherezi n’ay’abantu bose ati:
28 Maze muri uwo mwaka, mu ntango y’ubwami bwa Zedekiya+ umwami wa Yuda, mu mwaka ugira kane, mu kwezi kugira gatanu, Hananiya+ mwene Azuri, umuhanuzi yava i Gibeyoni+, ambwirira mu nzu ya Yehova mu maso y’abaherezi n’ay’abantu bose ati: