ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 13:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Uyo muhanuzi+ canke uyo murosi wa nya ndoto aze yicwe+, kuko yavuze ivy’ukugarariza Yehova Imana yanyu yabakuye mu gihugu ca Misiri akagucungura ukava mu nzu y’abashumba, nya muntu akabigira ngo aguhindukize uve mu nzira Yehova Imana yawe yagutegetse kugenderamwo+; utegerezwa gukura ikibi hagati muri wewe+.

  • Yeremiya 29:32
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 32 ibi rero ni vyo Yehova avuze: ‘Ehe ngira niteho ivya Shemaya+ w’i Nehelamu n’uruvyaro rwiwe+.’

      “‘“‘Ntazoronka umuntu azoba hagati muri aba bantu+; kandi ntazokwitegereza iciza ngira nkorere abantu banje+,’ ni ko Yehova avuze, ‘kuko yavuze ivy’ukugarariza Yehova bimwe vyeruye+.’”’”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika