ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yobu 23:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Iciyumviro ifise ni kimwe, none ni nde yohangana na yo+?

      Umutima wayo urafise icipfuzo, kandi izogishitsa+.

  • Zaburi 33:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Inama ya Yehova izorama gushika igihe kitagira urugero+;

      Ivyiyumviro vy’umutima wiwe bigumaho iyaruka rimwe inyuma y’irindi+.

  • Zaburi 40:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  5 Wewe ubwawe wakoze ibintu vyinshi+,

      Ewe Yehova Mana yanje, mbere n’ibikorwa vy’agatangaza vyawe n’ivyiyumviro udufiseko+;

      Nta n’umwe ariho yogereranywa nawe+.

      Hamwe norondera kubivuga no kubiyaga,

      Ni vyinshi kuruta ivyo nodonda+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika