ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 21:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Nuko yandika amakete+ mw’izina rya Ahabu araheza ayadomako ikidodo+ ca Ahabu, maze arungikira nya makete abagabo b’inararibonye+ n’abanyacubahiro bari mu gisagara ciwe babana na Naboti.

  • 2 Ngoma 32:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Mbere yandika n’amakete+ yo gusiga iceyi Yehova Imana ya Isirayeli+ no kuyituka, ati: “Nk’uko imana+ z’amahanga y’ibihugu zitarokoye abantu bazo mu kuboko kwanje+, ni ko n’Imana ya Hezekiya itazorokora abantu bayo mu kuboko kwanje.”

  • Nehemiya 6:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Amaherezo Sanibalati+ antumako umusuku wiwe rya jambo nyene ubugira gatanu, afise mu kuboko ikete ryuguruye.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika