ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 47:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Ivyago bitegerezwa kukuzako; ntuzomenya kubigota namba. Amarushwa azokugwako+; ntuzoshobora kuyatesha. Kandi kuri wewe hazoza bukwi na bukwi+ agatikizo utari umenyereye.

  • Yeremiya 50:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 “Nimutumeko abarashi bo gutera Babiloni, abahonyora umuheto bose+. Nimukambike irya n’ino kugira mumutere. Ntihagire abacoroka+. Mumwishure ibihwanye n’igikorwa ciwe+. Mumugirire nk’uko ivyo yakoze vyose biri+. Kuko bitaye imbere mu kurwanya Yehova, mu kurwanya wa Mweranda wa Isirayeli+.

  • Yeremiya 51:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Nzokwishura Babiloni n’ababa muri Kaludaya bose ububi bwabo bwose bakoreye i Siyoni mu maso yanyu+,” ni ko Yehova avuze.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika