Gucura intimba 2:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Yehova yabaye nk’umwansi+. Yamize miyonzwa Isirayeli+.Yamize miyonzwa iminara yo kubamwo yiwe yose+; yahoneje ibibanza vyiwe bikingijwe ibihome+.Kandi agwiza mu mukobwa wa Yuda ukugandara n’ugucura intimba+.
5 Yehova yabaye nk’umwansi+. Yamize miyonzwa Isirayeli+.Yamize miyonzwa iminara yo kubamwo yiwe yose+; yahoneje ibibanza vyiwe bikingijwe ibihome+.Kandi agwiza mu mukobwa wa Yuda ukugandara n’ugucura intimba+.