Zaburi 102:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Abana b’abasavyi bawe bazobandanya kwiberaho+;Kandi imbere yawe, uruvyaro rwabo ruzoshimangirwa+.” Yesaya 1:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Nzokugarukanira abacamanza nk’uko vyahora mbere, nkugarukanire n’abajanama nk’uko vyari mu ntango+. Inyuma y’ivyo uzokwitwa Igisagara c’Ubugororotsi, Igisagara Cizigirwa+.
28 Abana b’abasavyi bawe bazobandanya kwiberaho+;Kandi imbere yawe, uruvyaro rwabo ruzoshimangirwa+.”
26 Nzokugarukanira abacamanza nk’uko vyahora mbere, nkugarukanire n’abajanama nk’uko vyari mu ntango+. Inyuma y’ivyo uzokwitwa Igisagara c’Ubugororotsi, Igisagara Cizigirwa+.