Gusubira mu vyagezwe 7:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ahubwo kubera ko Yehova abakunda+, no kubera ko agumya indahiro yari yararahiye ba sogokuruza banyu+, ni co catumye Yehova abakuzayo ikiganza gikomeye+, kugira ngo abacungure abakure mu nzu y’abashumba+, mu kuboko kwa Farawo umwami wa Misiri. Malaki 1:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Narabakunze+,” ni ko Yehova avuze. Namwe mwavuze muti: “Wadukunze gute+?” “Mbega Esawu ntiyari mwene wabo na Yakobo+?”, ni ko Yehova avuze. “Ariko nakunze Yakobo+,
8 Ahubwo kubera ko Yehova abakunda+, no kubera ko agumya indahiro yari yararahiye ba sogokuruza banyu+, ni co catumye Yehova abakuzayo ikiganza gikomeye+, kugira ngo abacungure abakure mu nzu y’abashumba+, mu kuboko kwa Farawo umwami wa Misiri.
2 “Narabakunze+,” ni ko Yehova avuze. Namwe mwavuze muti: “Wadukunze gute+?” “Mbega Esawu ntiyari mwene wabo na Yakobo+?”, ni ko Yehova avuze. “Ariko nakunze Yakobo+,