Hoseya 11:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nagumye ndabakwegesha imigozi y’umuntu yakuwe mw’ivu, imigozi y’urukundo+, ndababera nk’abakura ingǒgo* mu mibangabanga yabo+, kandi mu bwitonzi nzanira ibifungurwa umwumwe wese+.
4 Nagumye ndabakwegesha imigozi y’umuntu yakuwe mw’ivu, imigozi y’urukundo+, ndababera nk’abakura ingǒgo* mu mibangabanga yabo+, kandi mu bwitonzi nzanira ibifungurwa umwumwe wese+.