Gusubira mu vyagezwe 30:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Naho abantu bawe bashwiragiye bazoba bari ku mpera y’amajuru, Yehova Imana yawe azokwegeranya, agukureyo+. Ezekiyeli 20:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Kandi nzobakura mu bisata vy’abantu, ndabakoranirize hamwe ndabakuye mu bihugu mwasanzarijwemwo, nkoresheje ikiganza gikomeye n’ukuboko kuramvuye be n’ubushangashirwe burundumuwe+. Mika 2:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 “‘Ewe Yakobo, sinzobura kugukoranya wese+; egome, nzokoraniriza hamwe amasigarira ya Isirayeli+. Nzobashira hamwe, nk’umukuku mu rugo rw’ibitungwa, nk’ubusho hagati mu buragiriro bwabwo+; ng’aho hazoba urwamo rw’abantu+’.
4 Naho abantu bawe bashwiragiye bazoba bari ku mpera y’amajuru, Yehova Imana yawe azokwegeranya, agukureyo+.
34 Kandi nzobakura mu bisata vy’abantu, ndabakoranirize hamwe ndabakuye mu bihugu mwasanzarijwemwo, nkoresheje ikiganza gikomeye n’ukuboko kuramvuye be n’ubushangashirwe burundumuwe+.
12 “‘Ewe Yakobo, sinzobura kugukoranya wese+; egome, nzokoraniriza hamwe amasigarira ya Isirayeli+. Nzobashira hamwe, nk’umukuku mu rugo rw’ibitungwa, nk’ubusho hagati mu buragiriro bwabwo+; ng’aho hazoba urwamo rw’abantu+’.