Yesaya 57:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 “Nararakariye ikosa ry’inyungu yiwe y’akarenganyo+, ndaheza ndamukubita, mpisha mu maso hanje+, narakaye. Mugabo yagumye agenda nk’umuhemu+ mu nzira y’umutima wiwe. Yeremiya 4:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Kuko abantu banje ari ibipfu+. Ntibanyitayeho+. Ni abana batagira ubukerebutsi; kandi si abantu bafise ugutegera+. Ni inkerebutsi mu vy’ugukora ikibi, mugabo mu vy’ugukora iciza nta bumenyi vy’ukuri bafise+.
17 “Nararakariye ikosa ry’inyungu yiwe y’akarenganyo+, ndaheza ndamukubita, mpisha mu maso hanje+, narakaye. Mugabo yagumye agenda nk’umuhemu+ mu nzira y’umutima wiwe.
22 Kuko abantu banje ari ibipfu+. Ntibanyitayeho+. Ni abana batagira ubukerebutsi; kandi si abantu bafise ugutegera+. Ni inkerebutsi mu vy’ugukora ikibi, mugabo mu vy’ugukora iciza nta bumenyi vy’ukuri bafise+.