Yeremiya 3:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Turyama mu bimaramare vyacu+, kandi agateterwe kacu kaguma kadupfutse+; kuko Yehova Imana yacu ari we twacumuyeko+, twebwe na ba data, kuva mu buto bwacu gushika n’uyu musi+, kandi ntitwagamburukiye ijwi rya Yehova Imana yacu+.”
25 Turyama mu bimaramare vyacu+, kandi agateterwe kacu kaguma kadupfutse+; kuko Yehova Imana yacu ari we twacumuyeko+, twebwe na ba data, kuva mu buto bwacu gushika n’uyu musi+, kandi ntitwagamburukiye ijwi rya Yehova Imana yacu+.”