Yesaya 1:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Nzokugarukanira abacamanza nk’uko vyahora mbere, nkugarukanire n’abajanama nk’uko vyari mu ntango+. Inyuma y’ivyo uzokwitwa Igisagara c’Ubugororotsi, Igisagara Cizigirwa+.
26 Nzokugarukanira abacamanza nk’uko vyahora mbere, nkugarukanire n’abajanama nk’uko vyari mu ntango+. Inyuma y’ivyo uzokwitwa Igisagara c’Ubugororotsi, Igisagara Cizigirwa+.