Abaheburayo 8:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Mugabo ubu Yezu yaronse igikorwa gikorerwa abantu kirushirije kuba agahebuza, ku buryo ari we kandi muhuza+ w’isezerano rirushirije kuba ryiza ugereranije+, iryashinzwe mu buryo bwemewe ku mihango myiza kuruta+.
6 Mugabo ubu Yezu yaronse igikorwa gikorerwa abantu kirushirije kuba agahebuza, ku buryo ari we kandi muhuza+ w’isezerano rirushirije kuba ryiza ugereranije+, iryashinzwe mu buryo bwemewe ku mihango myiza kuruta+.