Abaheburayo 8:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 “‘Kuko iri ari ryo sezerano nzosezerana n’inzu ya Isirayeli inyuma y’iyo misi,’ ni ko Yehova avuga. ‘Nzoshira amategeko yanje mu muzirikanyi wabo+, kandi nzoyandika mu mitima yabo. Kandi nzoba Imana yabo+, na bo bazoba abantu banje+.
10 “‘Kuko iri ari ryo sezerano nzosezerana n’inzu ya Isirayeli inyuma y’iyo misi,’ ni ko Yehova avuga. ‘Nzoshira amategeko yanje mu muzirikanyi wabo+, kandi nzoyandika mu mitima yabo. Kandi nzoba Imana yabo+, na bo bazoba abantu banje+.