Yesaya 61:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Bazosubira koko kwubaka ibibanza bimaze igihe kirekire vyaratikijwe+; bazoduza ibibanza vyagizwe umusaka vya kera+, kandi bazosanura koko ibisagara vyatikijwe+, ibibanza vyagizwe umusaka uko iyaruka ryagiye rikurikira irindi. Hoseya 1:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 “Kandi igitigiri ca bene Isirayeli kizoba koko nk’udutete tw’umusenyi two ku kiyaga tudashobora kugerwa canke guharurwa+. Kandi aho bahora babwirirwa ngo: ‘Ntimuri abantu banje+,’ bazohabwirirwa ngo: ‘Muri abana b’Imana nzima+.’
4 Bazosubira koko kwubaka ibibanza bimaze igihe kirekire vyaratikijwe+; bazoduza ibibanza vyagizwe umusaka vya kera+, kandi bazosanura koko ibisagara vyatikijwe+, ibibanza vyagizwe umusaka uko iyaruka ryagiye rikurikira irindi.
10 “Kandi igitigiri ca bene Isirayeli kizoba koko nk’udutete tw’umusenyi two ku kiyaga tudashobora kugerwa canke guharurwa+. Kandi aho bahora babwirirwa ngo: ‘Ntimuri abantu banje+,’ bazohabwirirwa ngo: ‘Muri abana b’Imana nzima+.’