ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Nehemiya 3:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Mu nyuma ziwe Palali mwene Uzayi akora igikorwa co gusanasana imbere y’Urwego n’umunara wometse ku Nzu y’Umwami+, uwo haruguru wegukira Ikigo c’Abarinzi+. Mu nyuma ziwe hari Pedaya mwene Paroshi+.

  • Yeremiya 33:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 33 Ijambo rya Yehova riza kuri Yeremiya ubugira kabiri, igihe yari acugaraniwe mu Kigo c’Abarinzi+, riti:

  • Yeremiya 37:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Umwami Zedekiya atanga rero itegeko, maze bashira Yeremiya aho acungirwa mu Kigo c’Abarinzi+; nuko baza baramuha ku musi ku musi agakate k’umuzingi kavuye kw’ibarabara ry’abakora igikorwa co kwotsa+, gushika imikate yose iheze mu gisagara+. Yeremiya abandanya kuba mu Kigo c’Abarinzi+.

  • Yeremiya 38:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 Maze Yeremiya abandanya kuba mu Kigo c’Abarinzi+ gushika umusi Yeruzalemu yafatwa+. Vyabaye igihe Yeruzalemu yafatwa+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika