Yeremiya 34:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Ibi ni vyo Yehova Imana ya Isirayeli avuze: ‘Genda ubwire Zedekiya umwami wa Yuda+, egome, umubwire uti: “Ibi ni vyo Yehova avuze: ‘Ehe ngira ntange iki gisagara mu kuboko kw’umwami wa Babiloni+, na we azogituriza koko umuriro+. Yeremiya 37:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Kandi Abakaludaya bazogaruka ata kabuza, barwanye iki gisagara, bagifate maze bagiturize umuriro+.”
2 “Ibi ni vyo Yehova Imana ya Isirayeli avuze: ‘Genda ubwire Zedekiya umwami wa Yuda+, egome, umubwire uti: “Ibi ni vyo Yehova avuze: ‘Ehe ngira ntange iki gisagara mu kuboko kw’umwami wa Babiloni+, na we azogituriza koko umuriro+.
8 Kandi Abakaludaya bazogaruka ata kabuza, barwanye iki gisagara, bagifate maze bagiturize umuriro+.”