ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 25:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Kandi mu gihugu cose mwigabira mukwiye guha nyen’itongo uburenganzira bwo kurigaruza+.

  • Rusi 4:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Nanje niyumviriye yuko nkwiye kubikumenyesha, mu kuvuga nti: ‘Nukigurire+ imbere y’abanyagihugu n’abagabo b’inararibonye b’igisata canje+. Nimba ugicungura, nugicungure; ariko nimba utagicungura, ubimbwire ndabimenye, kuko ata wundi yogicungura+ kiretse wewe; jewe ndagukurikira.’” Na we avuga ati: “Ni jewe ndagicungura+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika