Yeremiya 51:59 Bibiliya y’isi nshasha 59 Ijambo Yeremiya umuhanuzi yategetse Seraya mwene Neriya+, Neriya mwene Mahiseya+, igihe yajana na Zedekiya umwami wa Yuda i Babiloni mu mwaka ugira kane uno ari umwami; kandi Seraya yari umugabuzi mukuru.
59 Ijambo Yeremiya umuhanuzi yategetse Seraya mwene Neriya+, Neriya mwene Mahiseya+, igihe yajana na Zedekiya umwami wa Yuda i Babiloni mu mwaka ugira kane uno ari umwami; kandi Seraya yari umugabuzi mukuru.