-
1 Abami 14:10Bibiliya y’isi nshasha
-
-
10 ku bw’ivyo, ehe ngira nzane ivyago ku nzu ya Yerobowamu, kandi ata gukeka nzorandura kwa Yerobowamu umuntu w’igitsina-gabo wese*+, uwutagira gitabara kandi atagira ico amaze muri Isirayeli+; kandi vy’ukuri nzokubura noganze inyuma y’inzu ya Yerobowamu+, nk’uko umuntu akuraho umwanda mukuru gushika uzimanganye+.
-