Nehemiya 9:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 “Ariko baragambaraye+, barakugarariza+, baguma bashiburira itegeko ryawe inyuma yabo+, kandi bica abahanuzi bawe+ bashinze intahe babagiriza kugira babagarukane kuri wewe+; babandanya gukora ibikorwa vy’akagaye gakomeye+. Daniyeli 9:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ntitwagamburukiye ijwi rya Yehova Imana yacu mu kugendera mu mategeko yiwe yashize imbere yacu biciye ku kuboko kw’abasavyi biwe, abahanuzi+.
26 “Ariko baragambaraye+, barakugarariza+, baguma bashiburira itegeko ryawe inyuma yabo+, kandi bica abahanuzi bawe+ bashinze intahe babagiriza kugira babagarukane kuri wewe+; babandanya gukora ibikorwa vy’akagaye gakomeye+.
10 Ntitwagamburukiye ijwi rya Yehova Imana yacu mu kugendera mu mategeko yiwe yashize imbere yacu biciye ku kuboko kw’abasavyi biwe, abahanuzi+.