Ezekiyeli 36:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Kandi nzobaha umutima mushasha+, ndabashiremwo impwemu nshasha+, kandi nzokura mu mubiri wanyu umutima w’ibuye, ndabahe umutima w’inyama+. Ivyahishuwe 15:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ni nde vy’ukuri atazogutinya+ ga Yehova+, akaninahaza izina ryawe+, kuko wewe wenyene ari wewe uri intahemuka+? Kuko amahanga yose azoza agasenga imbere yawe+, kuko ingingo zawe zigororotse zerekanywe+.”
26 Kandi nzobaha umutima mushasha+, ndabashiremwo impwemu nshasha+, kandi nzokura mu mubiri wanyu umutima w’ibuye, ndabahe umutima w’inyama+.
4 Ni nde vy’ukuri atazogutinya+ ga Yehova+, akaninahaza izina ryawe+, kuko wewe wenyene ari wewe uri intahemuka+? Kuko amahanga yose azoza agasenga imbere yawe+, kuko ingingo zawe zigororotse zerekanywe+.”