ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 31:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 “Kandi nk’uko nagumye ndarikanuye ku bijanye na bo+ kugira ngo ndandure, nsiturire hasi, nsambure nongere nonone+, ni ko nzoguma ndarikanuye ku bijanye na bo kugira ngo nubake nongere ntere+,” ni ko Yehova avuze.

  • Yeremiya 33:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 ijwi ry’umwigino n’ijwi ry’umunezero+, ijwi ry’umukwe n’ijwi ry’umugeni, ijwi ry’abavuga bati: “Nimuhaye Yehova nyen’ingabo, kuko Yehova ari mwiza+; kuko ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe ari ubwo gushika igihe kitagira urugero+!”’

      “‘Bazozana mu nzu ya Yehova ishikanwa ry’ugukenguruka+, kuko nzogarukana abagizwe imbohe b’iki gihugu nko mu ntango+,’ ni ko Yehova avuze.”

  • Zakariya 8:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 ni ko muri iyi misi nzokwongera kwiyumvira kugirira neza Yeruzalemu n’inzu ya Yuda+. Ntimutinye+.”’

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika