Ezekiyeli 37:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 ‘Nzoshira impwemu yanje muri mwebwe+, kandi muzoba bazima ata kabuza; nzobashira ku butaka bwanyu muhagerere; kandi muzobwirizwa kumenya yuko jewe Yehova navuze kandi ko nabikoze,’ ni ko Yehova avuze+.”
14 ‘Nzoshira impwemu yanje muri mwebwe+, kandi muzoba bazima ata kabuza; nzobashira ku butaka bwanyu muhagerere; kandi muzobwirizwa kumenya yuko jewe Yehova navuze kandi ko nabikoze,’ ni ko Yehova avuze+.”