Yeremiya 32:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Yamara wewe, ewe Mukama Segaba Yehova, wambwiye uti: ‘Niwigurire iryo tongo amahera+, utore n’ivyabona+,’ ubimbwira kandi iki gisagara kibwirizwa gutangwa mu kuboko kw’Abakaludaya+.”
25 Yamara wewe, ewe Mukama Segaba Yehova, wambwiye uti: ‘Niwigurire iryo tongo amahera+, utore n’ivyabona+,’ ubimbwira kandi iki gisagara kibwirizwa gutangwa mu kuboko kw’Abakaludaya+.”