Nehemiya 6:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Abansi bacu+ bose bakimara kuvyumva n’amahanga yose yari irya n’ino yacu akabibona, baca barajonjogora mu maso yabo, maze bamenya ko ico gikorwa cari cakozwe bivuye ku Mana yacu+.
16 Abansi bacu+ bose bakimara kuvyumva n’amahanga yose yari irya n’ino yacu akabibona, baca barajonjogora mu maso yabo, maze bamenya ko ico gikorwa cari cakozwe bivuye ku Mana yacu+.