17 ni ukuri nzoguhezagira, kandi ni ukuri nzogwiza uruvyaro* rwawe nk’inyenyeri zo mu majuru, nk’udutete tw’umusenyi turi ku nkengera y’ikiyaga+; kandi uruvyaro rwawe ruzokwigarurira irembo ry’abansi barwo+.
12 Ni co gituma kandi ku muntu umwe+, na we akaba yari nk’uwapfuye+, havutse abana mu bwinshi bangana nk’inyenyeri zo kw’ijuru, kandi nk’umusenyi wo ku nkengera y’ikiyaga, badaharurika+.