ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yobu 38:33
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 33 Mbega waramenye ivyagezwe bigenga amajuru+,

      Canke woshobora gushinga ububasha bwayo mw’isi?

  • Zaburi 74:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Umurango ni uwawe; n’ijoro ni iryawe+.

      Ni wewe wateguye ca gitangamuco, ari ryo zuba+.

  • Zaburi 104:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Yakoze ukwezi ku bw’ibihe vyashinzwe+;

      Izuba ubwaryo rirazi neza iyo rirengera+.

  • Yeremiya 31:35
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 35 Ibi ni vyo Yehova, Umwe atanga izuba ngo ritange umuco ku murango+, agatanga ivyagezwe+ biganza ukwezi+ n’inyenyeri ngo bitange umuco mw’ijoro+, Umwe avyura ikiyaga kugira ngo imipfunda yaco isebagirike+, Umwe yitwa Yehova nyen’ingabo+, avuze,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika