Yesaya 14:1 Bibiliya y’isi nshasha 14 Kuko Yehova azogirira imbabazi Yakobo+, kandi n’ubundi ntazogenda adatoye Isirayeli+; azobaha vy’ukuri akaruhuko ku butaka bwabo+, kandi kavamahanga azokwungwa kuri bo, kandi bazokwifatanya n’inzu ya Yakobo+. Yeremiya 31:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 “Mbega Efurayimu ni umuhungu w’agaciro kuri jewe, canke umwana afatanwa urukundo+? Kuko uko nzomuhambarira kwose, nzosubira kumwibuka ata kabuza+. Ni co catumye amara yanje amusebagirikira+. Nzomwumvira koko ikigongwe+,” ni ko Yehova avuze. Hoseya 1:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Mugabo inzu ya Yuda nzoyigirira imbabazi+; nzobakiza jewe Yehova Imana yabo+, mugabo sinzobakirisha umuheto canke inkota canke intambara canke amafarasi canke abagendera ku mafarasi+.” Mika 7:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Uzokwongera kutugirira imbabazi+; uzotsinda amakosa yacu+. Uzoshiburira ibwina mu kiyaga ibicumuro vyabo vyose+. Zakariya 10:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nzotuma inzu ya Yuda itsinda, kandi inzu ya Yozefu nzoyikiza+. Nzobaha aho kuba, kuko nzobagirira imbabazi+; bazomera nk’abo ntari narashibuye+; kuko ndi Yehova Imana yabo, kandi nzobishura+.
14 Kuko Yehova azogirira imbabazi Yakobo+, kandi n’ubundi ntazogenda adatoye Isirayeli+; azobaha vy’ukuri akaruhuko ku butaka bwabo+, kandi kavamahanga azokwungwa kuri bo, kandi bazokwifatanya n’inzu ya Yakobo+.
20 “Mbega Efurayimu ni umuhungu w’agaciro kuri jewe, canke umwana afatanwa urukundo+? Kuko uko nzomuhambarira kwose, nzosubira kumwibuka ata kabuza+. Ni co catumye amara yanje amusebagirikira+. Nzomwumvira koko ikigongwe+,” ni ko Yehova avuze.
7 Mugabo inzu ya Yuda nzoyigirira imbabazi+; nzobakiza jewe Yehova Imana yabo+, mugabo sinzobakirisha umuheto canke inkota canke intambara canke amafarasi canke abagendera ku mafarasi+.”
19 Uzokwongera kutugirira imbabazi+; uzotsinda amakosa yacu+. Uzoshiburira ibwina mu kiyaga ibicumuro vyabo vyose+.
6 Nzotuma inzu ya Yuda itsinda, kandi inzu ya Yozefu nzoyikiza+. Nzobaha aho kuba, kuko nzobagirira imbabazi+; bazomera nk’abo ntari narashibuye+; kuko ndi Yehova Imana yabo, kandi nzobishura+.