Gusubira mu vyagezwe 28:52 Bibiliya y’isi nshasha 52 Kandi bazokwugariza mu marembo yawe yose gushika impome zawe ndende kandi zikomejwe wari wizigiye zitemvye mu gihugu cawe cose; emwe, bazokwugariza mu marembo yawe yose ari mu gihugu cawe cose Yehova Imana yawe yaguhaye+. Yeremiya 4:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Nimubimenyeshe muri Yuda, muvyamamaze i Yeruzalemu+, mubivuge, kandi muvuze inzamba mu gihugu hose+. Semerere n’ijwi rirenga muti: “Nimukoranire hamwe, twinjire mu bisagara bikingijwe ibihome+.
52 Kandi bazokwugariza mu marembo yawe yose gushika impome zawe ndende kandi zikomejwe wari wizigiye zitemvye mu gihugu cawe cose; emwe, bazokwugariza mu marembo yawe yose ari mu gihugu cawe cose Yehova Imana yawe yaguhaye+.
5 Nimubimenyeshe muri Yuda, muvyamamaze i Yeruzalemu+, mubivuge, kandi muvuze inzamba mu gihugu hose+. Semerere n’ijwi rirenga muti: “Nimukoranire hamwe, twinjire mu bisagara bikingijwe ibihome+.