Itanguriro 14:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Inyuma y’ivyo, umuntu yari yahunze araza abibwira Aburamu Umuheburayo+. Ico gihe yari ashinze ikambi mu biti binini vya Mamure Umwamori+, mwene wabo na Eshikoli akaba na mwene wabo na Aneri+; bano bari bifatanije na Aburamu. 2 Abakorinto 11:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Ni Abaheburayo? Na jewe ndi we+. Ni Abisirayeli? Na jewe ndi we. Ni uruvyaro rwa Aburahamu? Na jewe ndi rwo+.
13 Inyuma y’ivyo, umuntu yari yahunze araza abibwira Aburamu Umuheburayo+. Ico gihe yari ashinze ikambi mu biti binini vya Mamure Umwamori+, mwene wabo na Eshikoli akaba na mwene wabo na Aneri+; bano bari bifatanije na Aburamu.
22 Ni Abaheburayo? Na jewe ndi we+. Ni Abisirayeli? Na jewe ndi we. Ni uruvyaro rwa Aburahamu? Na jewe ndi rwo+.