Gusubira mu vyagezwe 7:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ahubwo kubera ko Yehova abakunda+, no kubera ko agumya indahiro yari yararahiye ba sogokuruza banyu+, ni co catumye Yehova abakuzayo ikiganza gikomeye+, kugira ngo abacungure abakure mu nzu y’abashumba+, mu kuboko kwa Farawo umwami wa Misiri. Gusubira mu vyagezwe 24:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Utegerezwa kwibuka yuko wacitse umushumba mu Misiri, hanyuma Yehova Imana yawe akagucungura akagukurayo+. Ni co gituma ndagutegetse kugira ico kintu.
8 Ahubwo kubera ko Yehova abakunda+, no kubera ko agumya indahiro yari yararahiye ba sogokuruza banyu+, ni co catumye Yehova abakuzayo ikiganza gikomeye+, kugira ngo abacungure abakure mu nzu y’abashumba+, mu kuboko kwa Farawo umwami wa Misiri.
18 Utegerezwa kwibuka yuko wacitse umushumba mu Misiri, hanyuma Yehova Imana yawe akagucungura akagukurayo+. Ni co gituma ndagutegetse kugira ico kintu.