2 Abami 24:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Zedekiya+ yari afise imyaka mirongo ibiri n’umwe igihe yatangura kuganza, maze amara imyaka cumi n’umwe aganza i Yeruzalemu. Nyina yitwa Hamutali+ umukobwa wa Yeremiya w’i Libuna.
18 Zedekiya+ yari afise imyaka mirongo ibiri n’umwe igihe yatangura kuganza, maze amara imyaka cumi n’umwe aganza i Yeruzalemu. Nyina yitwa Hamutali+ umukobwa wa Yeremiya w’i Libuna.