Yeremiya 1:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 uwo ijambo rya Yehova ryajeko mu misi ya Yosiya+ mwene Amoni+, umwami wa Yuda, mu mwaka ugira cumi na gatatu w’ingoma yiwe+. Yeremiya 25:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 “Kuva mu mwaka ugira cumi na gatatu wa Yosiya+ mwene Amoni, umwami wa Yuda, gushika n’uyu musi, iyo myaka mirongo ibiri n’itatu ijambo rya Yehova ryanjeko, nanje nagumye ndababwira, nzinduka nkavuga, mugabo ntimwumvirije+.
2 uwo ijambo rya Yehova ryajeko mu misi ya Yosiya+ mwene Amoni+, umwami wa Yuda, mu mwaka ugira cumi na gatatu w’ingoma yiwe+.
3 “Kuva mu mwaka ugira cumi na gatatu wa Yosiya+ mwene Amoni, umwami wa Yuda, gushika n’uyu musi, iyo myaka mirongo ibiri n’itatu ijambo rya Yehova ryanjeko, nanje nagumye ndababwira, nzinduka nkavuga, mugabo ntimwumvirije+.