Yeremiya 45:1 Bibiliya y’isi nshasha 45 Ijambo Yeremiya umuhanuzi yabwiye Baruki+ mwene Neriya, igihe yandika mu gitabu ayo majambo ayakuye mu kanwa ka Yeremiya+, mu mwaka ugira kane wa Yehoyakimu+ mwene Yosiya, umwami wa Yuda, ati:
45 Ijambo Yeremiya umuhanuzi yabwiye Baruki+ mwene Neriya, igihe yandika mu gitabu ayo majambo ayakuye mu kanwa ka Yeremiya+, mu mwaka ugira kane wa Yehoyakimu+ mwene Yosiya, umwami wa Yuda, ati: